ISI TV
ISI TV
  • Видео 2 524
  • Просмотров 16 481 627

Видео

Uwazibiye Igitoro muBurundi🚨Neva yagurishije igihugu😭UMUTEGE ashikirije amambo ateye ubwoba Abarundi
Просмотров 14 тыс.2 часа назад
Impinduka zihuta mu Burundi🚨Bye bye CNDD-FDD🔥Neva agurishije igihugu😭Umusubirizi wiwe ashikirije ijambo Abarundi bose #burundi #amakuru #isitv
Bujumbura harabavye🚨CNDD-FDD irisambuye/Neva AGIZE IVYAGO/Alexis Sinduhije,Pacifique🔥IGITERO Bujumb
Просмотров 9 тыс.4 часа назад
Bujumbura harabavye🚨CNDD-FDD irisambuye/Neva AGIZE IVYAGO/Alexis Sinduhije,Pacifique🔥IGITERO Bujumbura #burundi #amakuru #isitv
Ca gitoto ca Neva cazibiwe Tanzania cashitse? Aba-cndd bamugwanya bakoze Ibara Bujumbura 🚨
Просмотров 24 тыс.7 часов назад
#burundi #amakuru #isitv
Bujumbura harabavye🚨Akarwi kazibiye Igitoro Tanzania kafashwe🔥Neva ashobora kwicwa azize gukiza buru
Просмотров 17 тыс.9 часов назад
#burundi #amakuru #isitv
🚨Impinduka zikomeye muri CNDD-FDD🔥Niyombare I Bujumbura🥱 System IRASAMBUWE/Neva atewe umugere🚨
Просмотров 10 тыс.12 часов назад
Impinduka zikomeye muri CNDD-FDD🔥Niyombare I Bujumbura🥱 System IRASAMBUWE/Neva atewe umugere👋 #burundi #amakuru #isitv
Ngiyi Video Abagore 2 b'abarundikazi barongoranye😱Ubutinganyi kumugaragaro/Mvirize amajambo bavuze
Просмотров 4,5 тыс.16 часов назад
Ibara riraguye 😋 Abagore 2 b'abarundikazi bararongoranye😱Ubutinganyi kumugaragaro/Umvirize amajambo bavuze #burundi #amakuru #isitv
Abajenerali bateguje Neva guheba agatanga imihoho canke bakavyikorera🚨Bob Rugurika ATANGAJE ibintu b
Просмотров 4,9 тыс.16 часов назад
Vyakomeye Abajenerali bateguje Neva guheba agatanga imihoho canke bakavyikorera🚨Bob Rugurika ATANGAJE amakuru ateye ubwoba #burundi #amakuru #isitv
ABAJENERO BAKOZE INAMA GIHUTIHUTI🚨LE 29/8/2025🚨ITARIKI ABARUNDI BATAZIBAGIRWA😭 AMAKURU Y'AGACAMUTWE
Просмотров 8 тыс.19 часов назад
#burundi #amakuru #isitv
Iri joro le 28/8/2024😭AMAKURU ATAYE UBWOBA ABARUNDI🚨NDAKUGARIKA,NEVA/RUSANSUMA IRAHAGAZE/ABASUMA BA
Просмотров 2,5 тыс.21 час назад
Abategetsi bakuru bafashwe biba miliyaridi n'amafaranga ya Rusansuma/ Neva afatiwe inihano /Rusansuma irahagaze #burundi #amakuru #isitv
AMAKURU Y'IJORO LE 27/8/2024🔥🇧🇮INAMA GIHUTIHUTI IKOZWE N'ABAJENERO,/NDIKURIYO Mwakunze 😭 NEVA bye👋
Просмотров 6 тыс.День назад
AMAKURU Y'IJORO LE 27/8/2024🔥🇧🇮INAMA GIHUTIHUTI IKOZWE N'ABAJENERO,/NDIKURIYO Mwakunze 😭 NEVA bye👋 #burundi #burundi #isitv
Inkuru mbi itashe Burundi 😭 Yari Umutegetsi akomeye arapfuye/IBARA RIRAGUYE Bujumbura 🔥Neva mu vyago
Просмотров 8 тыс.День назад
Inkuru mbi itashe Burundi 😭 Yari Umutegetsi akomeye arapfuye/IBARA RIRAGUYE Bujumbura 🔥Neva mu vyago #amakuru #burundi #isitv
Godefroid Niyombare na Hussein Radjabu bagiranye amasezerano akomeye cane🔥 Impinduka mu Burundi
Просмотров 10 тыс.День назад
#amakuru #burundi #isitv
Neva Atangaje Amazina Y'abashaka Kumukura Kubutegetsi🔥Ibihangange vyahiye ubwoba🚨Ndikuriyo yanyegeye
Просмотров 10 тыс.14 дней назад
#amakuru #burundi #isitv
Inkuru Mbi Kuri Angelina😭Akwegeye Neva🚨 Ndakugarika Gutwara imfatakibanza😱 Sinzohagera abePresident
Просмотров 2,4 тыс.14 дней назад
Inkuru mbi kuri Angelina mwakunze😭Akwegeye Neva 🚨 Ndakugarika agiye gutwara imfatakibanza😱 Sinzohagera Abe president #amakuru #burundi #isitv
BUJUMBURA HARABAVYE🔥ABAKOZI B'IPEREZA BARAFASHWE BARI GUTEGURA COUP D'ETAT KURI NEVA😭UMUTEGE APFUYE
Просмотров 3,7 тыс.14 дней назад
BUJUMBURA HARABAVYE🔥ABAKOZI B'IPEREZA BARAFASHWE BARI GUTEGURA COUP D'ETAT KURI NEVA😭UMUTEGE APFUYE
INKURU MBI CANE KURI GENERAL GODEFROID NIYOMBARE😭RWANDA RUVUYE KWIZIMA🤔 BASHATSE KUMURASA😱BUJUMBURA
Просмотров 12 тыс.14 дней назад
INKURU MBI CANE KURI GENERAL GODEFROID NIYOMBARE😭RWANDA RUVUYE KWIZIMA🤔 BASHATSE KUMURASA😱BUJUMBURA
Coup d'etat mu Burundi🔥 Umugore wa President ndayishimiye afashe ubutegetsi 🚨Neva yugaraniwe mu nzu😭
Просмотров 3,6 тыс.14 дней назад
Coup d'etat mu Burundi🔥 Umugore wa President ndayishimiye afashe ubutegetsi 🚨Neva yugaraniwe mu nzu😭
Iryavuzwe riratashe🚨mu ngoroyo y'umugambwe CNDD-FDD💔Ibara riraguye🚨Ingwano Neva,Ndikuriyo Ndakugarik
Просмотров 3,7 тыс.14 дней назад
Iryavuzwe riratashe🚨mu ngoroyo y'umugambwe CNDD-FDD💔Ibara riraguye🚨Ingwano Neva,Ndikuriyo Ndakugarik
Ndikuriyo na Neva umuriro uratse🚨Ekleziya yiyamirije ubutegetsi/Ibicicoro Vyvanse ko Neva abiserukir
Просмотров 3,3 тыс.14 дней назад
Ndikuriyo na Neva umuriro uratse🚨Ekleziya yiyamirije ubutegetsi/Ibicicoro Vyvanse ko Neva abiserukir
Neva baramwiyamirije namanshingamateka😮Ndabirabe atariye umunwa natange imihoho vyamunaniye gutwara
Просмотров 6 тыс.14 дней назад
Neva baramwiyamirije namanshingamateka😮Ndabirabe atariye umunwa natange imihoho vyamunaniye gutwara
Inyuma ya Floriane Irangabiye Bunyoni naw aratashe🚨Iketeye rivuye mu presidance/Ndikuriyo arashavuye
Просмотров 16 тыс.21 день назад
Inyuma ya Floriane Irangabiye Bunyoni naw aratashe🚨Iketeye rivuye mu presidance/Ndikuriyo arashavuye
Ararekuwe Floriane Irangabiye Neva yagondojwe Atanze ikigongwe👏
Просмотров 3,3 тыс.21 день назад
Ararekuwe Floriane Irangabiye Neva yagondojwe Atanze ikigongwe👏
Amajwi y'ibanga wamuhungu yaguye mumaguru y'umukobwa akiri muto💔Ibinini 2 yanyweye/umukobwa Ataye ub
Просмотров 143 тыс.21 день назад
Amajwi y'ibanga wamuhungu yaguye mumaguru y'umukobwa akiri muto💔Ibinini 2 yanyweye/umukobwa Ataye ub
Neva yikuye agashambara biraheze 😭🇧🇮
Просмотров 2,1 тыс.21 день назад
Neva yikuye agashambara biraheze 😭🇧🇮
Neva yihaye amenyo y'abatwenzwi🚨Ibimushikiye Ari kuyora imicafu mu mabarabara ya Bujumbura/Igitoro a
Просмотров 6 тыс.21 день назад
Neva yihaye amenyo y'abatwenzwi🚨Ibimushikiye Ari kuyora imicafu mu mabarabara ya Bujumbura/Igitoro a
Amakuru ateye ubwoba 🚨 bitangarijwe kw'iradiyo gitumbuka🇧🇮🚨🔥
Просмотров 6 тыс.21 день назад
Amakuru ateye ubwoba 🚨 bitangarijwe kw'iradiyo gitumbuka🇧🇮🚨🔥
Bujumbura iraturiwe🔥Abansi ba Neva bihaye inkumbi 😭Imbibe zose zirugawe/IGITERO sindamusiga Prime ya
Просмотров 4,9 тыс.21 день назад
Bujumbura iraturiwe🔥Abansi ba Neva bihaye inkumbi 😭Imbibe zose zirugawe/IGITERO sindamusiga Prime ya
General Ndakugarika,Godefroid Niyombare,Prime Niyongabo,Hussein Radjabu, Kelly Nkurunziza na Denise
Просмотров 2,8 тыс.21 день назад
General Ndakugarika,Godefroid Niyombare,Prime Niyongabo,Hussein Radjabu, Kelly Nkurunziza na Denise
Neva abogoje Intwazangabo 5🔥Abandi barapfunzwe 🇧🇮 Umutegetsi akomeye ahatswe kwicwa Bujumbura
Просмотров 4,2 тыс.28 дней назад
Neva abogoje Intwazangabo 5🔥Abandi barapfunzwe 🇧🇮 Umutegetsi akomeye ahatswe kwicwa Bujumbura

Комментарии

  • @mariesinadatuma9641
    @mariesinadatuma9641 15 минут назад

    Baramutinya banume bose au lieu de se ridiculiser.😂😂😂😂

  • @esperancekabatoni4080
    @esperancekabatoni4080 7 часов назад

    Umukama adutabare pe.

  • @user-nz3xy6dj9t
    @user-nz3xy6dj9t День назад

    Abavuga ko Neva yagurishije igihugu ninyanka BURUNDI zitagabanije

  • @agathemichelle238
    @agathemichelle238 День назад

    Déjà ntibaba mu Burundi ni kuvuga ko nivyo nyene baba muri yo amerika mureke kwambkkibara uburundi ingeso yico gihugu babamwo rero mudukurire iyo sema kwambika ibara abarundi baragahura numu hero

  • @user-yv8dx3lm7w
    @user-yv8dx3lm7w День назад

    Komera cane ISI TV ! Turagukurikira cane hano muri UNITED STATE OF AMERICA 5/5

  • @sindator
    @sindator День назад

    CODEBU KURUBUNDI MUBUJA"

  • @AlphonseMinani-py2nj
    @AlphonseMinani-py2nj День назад

    None nk'aho wigishije iki??😂😂😂😂

  • @AlphonseMinani-py2nj
    @AlphonseMinani-py2nj День назад

    Uwomugabo arambabaje kabisa !!! None nk'aho umugambi w'iterambere ashikirije nuwuhe? Insaku,nogucokorana nivyo ndamwumviseko vyonyene

  • @HakizimanaJoselyne
    @HakizimanaJoselyne День назад

    Nawe bizokunanirareka guhogora.mbey kucamumigani ubwosubwob ufise?utinyik?

  • @innocentndayizeye2660
    @innocentndayizeye2660 День назад

    Baramurwanije uko bashoboye kose ariko igihugu kiracariho.ibaze yaba atawumurwanya. Ahubwo Neva arashoboy gose. Abo bashaka kumusubirira bo murabazi??

  • @busugurualphonsine3228
    @busugurualphonsine3228 День назад

    Wa mugore ntasoni kuvuga ko abana bawe ubashimiye!!? urazi umuvumo uzaniye abo bana ahubwo nababajane kwa legentil vous êtes des folles murabihiwe murashisha umuvumo wa Sodoma na Gomora murahemukiye abana mwavyaye n'imiryango muvamwo

  • @BarthazarNIYONKURU
    @BarthazarNIYONKURU День назад

    Jewe ico mbona nuko imigambwe itemera cn dd fou d d nuko yogira urunani tukikurako iyo ntwaro y'igi colonie

  • @KevinWizeyimana
    @KevinWizeyimana День назад

    Uvuzukuri ariko nuko nuko uriko utumwany wubusa

  • @festusciza9078
    @festusciza9078 День назад

    Two kumva neza hamwe two kumva iyo migambwe yose iko moka kuri FRODEBU igiye hamwe ,ikagira urunani mu matorq,biba naniye nibareke guswaganya.

  • @numekofelix6130
    @numekofelix6130 День назад

    Nawe ntibazogutora

  • @user-je5ip9up6q
    @user-je5ip9up6q День назад

    Muzaje mureka kubesha isoko rya kamenge ntangorane

  • @suadonahayo
    @suadonahayo День назад

    Nimukure urusaku

  • @user-us8sk8gq2d
    @user-us8sk8gq2d 2 дня назад

    Nurwanda rwaragowe rucumbikira ibigoryi nkibi😢😢😢😢😢😢😢😂😂😂

  • @sekanyonialoys2410
    @sekanyonialoys2410 2 дня назад

    Sha Ayo makuru yanyuma afise intumbero za politique sinzongera kuyumviriza, mwe mushaka kuduszmburira igihugu. Nta bwoko tugifise mu burundi.ivyo twarabirenganye.

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana1974 2 дня назад

    Iki kinyamakuru murakiraba neza gitamba gitambikije gikorera cnddfdd

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana1974 2 дня назад

    Cnddfdd ni intearo yabadayinoni

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi9546 2 дня назад

    Yashika kukibuga cindege ibujumbura abitwango nabakozi bokuki bugacindege bazimwambuye zose ahasigayengo muzogirimbona kazoza ntamusi bizoshika habanamba

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi9546 2 дня назад

    Ntambonakazoza burundi buzokwigera bubaho jendimuri amerika muramukazaje yajekundamusta ndamutekerera impuzu zokwamba tarikizitatu niho

  • @willymbonimpa2868
    @willymbonimpa2868 2 дня назад

    😂😂😂😂😂😂😂

  • @claudemutore7904
    @claudemutore7904 2 дня назад

    Pauvre Burundi 😢.

  • @Jbosconbutoyi
    @Jbosconbutoyi 2 дня назад

    Urumurwayi pe!

  • @ReverienNIYIBITANGA
    @ReverienNIYIBITANGA 2 дня назад

    Kagome we ntaco avugwako ko mushingwa n urugo rutabaraba mwa baswamwe

  • @Nikiza.Bellansine
    @Nikiza.Bellansine 2 дня назад

    Mwizinarya yasu. Nibaba ronder. Babice. Iyomikochi

  • @desouza21875
    @desouza21875 3 дня назад

    Nakurikiye titre mwanditse none mugeze kuri 10min mukiri muri politic arhé

  • @NtahonsigayeAngleberthe
    @NtahonsigayeAngleberthe 3 дня назад

    Oya s'abarundikazi! Baramaramaje igihugu

  • @NtahonsigayeAngleberthe
    @NtahonsigayeAngleberthe 3 дня назад

    Iryo ni ivumwe!

  • @JeanpaulNkufunziza
    @JeanpaulNkufunziza 3 дня назад

    Zuvuga make kuko ivyiwacu ubiturekere ntibikuraba bizotora umurongo

  • @JanclaudeNiyubuntu
    @JanclaudeNiyubuntu 3 дня назад

    5:40 5:41 5:42

  • @MedianaJeann
    @MedianaJeann 3 дня назад

    Iyo nkuru muvuze kumbonerakure siyo nabuhoro nijoro,! N ukubambik ibara,! Tubasabe mube mushikiriz inkuru mwatohoje neza,!

  • @PiyoMika
    @PiyoMika 3 дня назад

    Iwoguha Niko Ubu mugwanda namahoro KO muzi kurogotwa😄😄😄😄😄😄🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️🇷🇼

  • @innocentndayizeye2660
    @innocentndayizeye2660 3 дня назад

    Mwitonde uburundi bwAcu turabukunda Bizocamwo.

  • @user-no6yf8lz1d
    @user-no6yf8lz1d 3 дня назад

    Ni filme

  • @ndikaline
    @ndikaline 3 дня назад

    Abo bagesera ba basazi batagira imitima n ubwenge. Ntibabe barera abana bavyaye aho kubajana mu nzira zitarizo. N ibivume nta kindi novuga. Sha, mwarambabaje kabisa. Mwihenze wihenze mukaza mu Burundi, nta murundi azobihanganira. Muzoterwa amabuye ndabarahiye. Muzohere iyo muri.

  • @damienbahenda4863
    @damienbahenda4863 3 дня назад

    N'intwaro ibesha gushika naho babesha abakukuruke isinzi

  • @ChaluloteNiyonzima
    @ChaluloteNiyonzima 3 дня назад

    Uurumusazihubwovugamakee

  • @ChaluloteNiyonzima
    @ChaluloteNiyonzima 3 дня назад

    Uurumusazihubwovugamakee

  • @user-lo7dr6gm5m
    @user-lo7dr6gm5m 3 дня назад

    Wa muturage we, nta kintu na kimwe kizima urigera uvuga Iyo ndirimbo ya #genocide ntigikamishwa. Mbe wovuga ivy'iwanyu mu #Rwanda, woba iki?

  • @bukurudomithile9640
    @bukurudomithile9640 3 дня назад

    Iki ki journaliste n'ikibwa n'igihimbili.

  • @ndabaniweperusi9546
    @ndabaniweperusi9546 3 дня назад

    Rekakubatwenga barananiwe abayaratembagajwekera ntabakitovyigihugu bababarikuye kuwomwaku

  • @kambirigicalinie-x9r
    @kambirigicalinie-x9r 3 дня назад

    Bsr ISI TV. Ko usigaye uvuga bukek buke! Uraduza disi volume

  • @bernardineniyonzima3350
    @bernardineniyonzima3350 3 дня назад

    Ariko murabesha

  • @user-ur7ct1rd6w
    @user-ur7ct1rd6w 3 дня назад

    😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊

  • @user-eg7qg4lz1c
    @user-eg7qg4lz1c 3 дня назад

    Ibihe vyiza k'Ubarundi!! Evariste NDAYISHIMIYE yubahwe!! Abamurwanya bazohera nk'ifu yimijira!

  • @numekofelix6130
    @numekofelix6130 3 дня назад

    Uyu mugabo isi tv abesha juni arasumvya satani

  • @AminaJou
    @AminaJou 3 дня назад

    Nice ntamuntu akenye atashoboye kubaka inzunziza akwiye kuba mugisagara kumurwa mukuru nibagurishe babe abafise imitahe bubake igisagara